English


Ubutwari

Gushinga intahe

Kahise k'Uburundi

Urugendo

Gira ico mushikirije

 
 

 

Gitugutu 1993.
Mu nyuma yaho umukuru w'igihugu Melchior Ndadaye, yari yitorewe n'abanyagihugu, ava mu bwoko bw'abahutu, agandaguwe, haciye haba ubwicanyi buturutse ku moko, hagati y'abahutu, ari nabo bagwiriye mu gitigiri, n'abatutsi. Abarundi bagera ku 300.000, barahasize ubuzima muri ubwo bwicanyi, ariko, hari abandi bahabereye intwari mu kwemera kunyegeza abo badasangiye ubwoko kandi bazi neza ko bashobora kubizira.

Ndamukiza 2006.
Umurwi w'abavuzi b'ingoma Ruciteme, baragize urugendo mu gihugu cose, kugira ngo bakeze Inkingi z'ubuntu mu Burundi.
 




Abashigikiye uwo mugambi kandi dushimira


 

© Burundi Voices Project, 2006.